Yohana 10:15 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 nk’uko Data anzi, nanje nkamumenya; kandi ndigura intama zanje. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe15 nk’uko Data anzi nanje nkamumenya. Ni co gituma ntanga ubugingo bwanje ku bwazo. Gade chapit la |
Maz’ ayo mayinga ukw ari mirongwitandatu n’abiri ni yashira, Mesiya azokūrwaho, kandi nta wuzomusubirira mu gishingo. Maze segaba wundi azoza, abantu biwe bazosangangura igisagara n’ahantu hēra; arikw iherezo ryiwe azotembanwa n’umuvo; kand’ intambara zizorinda zishitsa no kw iherezo; ubugesera bgashinzwe ko buzotera.