Yohana 1:49 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)49 Natanayeli na we aramwishura, ati Mwigisha, ur’ Umwana w’Imana, ni wewe Mwami w’Abisirayeli. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe49 Natanayeli aca aravuga ati: “Rabi, uri Umwana w’Imana, uri Umwami wa Isirayeli.” Gade chapit la |