Yohana 1:41 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)41 Uyo abanza kurondera mwene nyina Simoni, aramubgira, ati Twabonye Mesiya (risobanurwa ngo Kristo). Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe41 Nuko Andereya aca aja kurondera mwene nyina Simoni, amubwira ati: “Twabonye Mesiya” (bisigura Kristo). Gade chapit la |