Yohana 1:26 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 Yohana arabishura, ati Jeho mbatiza mu mazi; hagati muri mwebge hahagaze uwo mutazi, Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe26 Yohana arishura ati: “Jewe mbatiza abantu mu mazi, ariko hagati muri mwebwe hahagaze umuntu mutazi. Gade chapit la |