Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 1:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 Na we aravyatura, ntiyahisha ukuri, aravyatura, ati Si jewe Kristo.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

20 Ntiyatinye kubishura, ahubwo yabivuze avyemanga ati: “Jewe sindi Kristo.”

Gade chapit la Kopi




Yohana 1:20
6 Referans Kwoze  

Uwo si we wa muco, ariko kwar’ ugushingira intahe umuco.


Ariko Yohana arikw arasozera urugendo rwiwe, arababaza, ati Mbega mwiyumvira ko ndi nde? Jewe sindi we. Mugabo har’ ūzoza mu nyuma yanje, kandi jewe ntibimbereye no gupfundurura inkweto zo mu birenge vyiwe.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite