Yakobo 5:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Mwidibamiye mw isi, mwihaye ibibahimbara: mwifunereje mu mitima ku musi wo gukekagurwa. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe5 Mwabaye mw’isi muri mu bihimbaro bikomeye, muhaza icipfuzo cose. Mwarigaburiye muravyibuha kurya kw’ibitungwa bategurira kubagwa. Gade chapit la |
Nuko rero, mwana w’umuntu, uku ni k’Umwami Uhoraho agize, ati Barira ibisīga vy’amoko yose, n’ibikōko vyose vyo mw ishamba, uti Ni mukoranire hamwe, muze; mwikoranirize hamwe muvuye impande zose, muze ku kimazi canje mbacumitiye, ikimazi gihambaye ku misozi y’i Bgisirayeli, kugira ngo murye inyama, munywe amaraso.