Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yakobo 5:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Ariko bene Data, ikiruta vyose, ntimukarahire: ntimurahire ijuru, cank’ isi, cank’ iyindi ndahiro yose; arikw ijambo ryanyu ribe Ego, ego; Oya, oya; kugira ngo ntimucirwekw iteka.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Ikirengeye vyose, bene Data, ntimukarahire ijuru canke isi canke ikintu cose kindi. Ico mukwiye kuvuga ni: “Ego” canke “Oya,” ikirenze ivyo ni ico kubatsindisha.

Gade chapit la Kopi




Yakobo 5:12
9 Referans Kwoze  

Ikiruta vyose, mukovye mu gukundana, kuk’ urukundo rupfuka ivyaha vyinshi.


Umuntu ni yasonza, ararya i we, kugira ngo ntimukoranire gutsindwa n’urubanza. Ibisigaye nzobiroranya aho nzozira.


Mukundwa, ndagusengera ng’umererwe neza muri vyose, uhore uhangaye, nk’uk’ ubugingo bgawe bumerewe neza.


Ntimuzimire, bene Data nkunda.


Ivyo murabizi, bene Data nkunda. Yamar’ umuntu wese ni yihutire kwumva, atebe kuvuga, atebe kuraka:


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite