Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yakobo 3:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Kukw amoko yose y’ibikōko n’ibiguruka n’ivyikwega n’ivyo mu kiyaga bigundwa n’abantu, kandi bārabigunze;

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

7 Ibikoko vy’ubwoko bwose, inyoni, ibikwega inda hasi n’ibiba mu biyaga umuntu ashobora kubiganza kandi yarabiganje koko,

Gade chapit la Kopi




Yakobo 3:7
4 Referans Kwoze  

kuko bāmubohesheje iminyororo ku maguru no ku maboko kenshi, iy’ amaboko akayicagagura, iy’ amaguru akayivutagura: ntihāgira umuntu afise inkomezi zomutururuza.


hārimw’ ubgoko bgose bg’ibigenza amaguru ane, n’ibikwega inda hasi vyo kw isi, n’ibiguruka vyo mu kirēre.


Ururimi n’umuriro, n’ikibi kingana n’isi: ururimi rwashizwe mu ngingo zacu, ruhumanya umubiri wose, rudomeka ukubaho kwacu kwose, na rwo ruba rwadometswe na Gehinomu.


ariko, ururimi nta muntu yoshobora kurugunda: n’ububi bucambagirana, rwuzuye ubumara bgica.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite