Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yakobo 3:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Iyo tujiginyitse amafarasi mu kanwa kayo, kugira ngw adukundire, duhindukiza n’imibiri yayo yose.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 Iyo dushize umugozi mu kanwa k’amafarasi kugira ngo atuyoboke, dushobora kwerekeza imibiri yayo yose iyo dushaka.

Gade chapit la Kopi




Yakobo 3:3
7 Referans Kwoze  

Ntimube nk’ifarasi cank’ inyumbu, bitagira ubgenge, Bikwiye kugira imijiginya y’ ivyuma n’ibitsibo vyo kubifata; Bitabaye birtyo ntivyokwēgēra.


Naravuze, nti Nzokwirindira mu nzira zanje, Noye gucumuza ururimi rwanje. Nzoshira ikirumyo ku munwa wanje Umunyakibi akir’ imbere yanje.


Umuntu ni yigira ngo n’umunyedini, ntafate ururimi, arikw agahenda umutima wiwe, idini y’uyo izoba ar’ iy’ ubusa.


None rero kubg’ ubushangashirwe wangiriye, n’uko numvise ivy’ agashamango kawe, nzogutūngīra umurinda wanje mu mazuru, n’umujiginya wanje mu kanwa, ngusubize mu nzira wazananye.


None rero kubg’ ubushangashirwe wangiriye, n’uko numvise ivy’ agashamango kawe, nzogutūngīra umurinda wanje mu mazuru, n’umujiginya wanje mu kanwa, ngusubize mu nzira wazananye.


Kandi rāba, n’amāto naho yoba maninimanini ate, agakubebga n’umuyaga uhuhuta cane, ingafe nah’ ari nto‐nto cane ni zo ziyerekeza, ah’ abayatumbereza bagomba.


Ni nde yoshobora kuyikūrak’ umwambaro w’inyuma? Ni nde yokwishira hagati mu majigo yayo?


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite