Yakobo 1:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 mumenye yukw ibigeza ukwizera kwanyu bitera ukwihangana. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe3 kuko muzi neza ko iyo ukwizera kwanyu kugeragejwe bituma ukwihangana kwanyu na kwo gukura. Gade chapit la |