Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yakobo 1:23 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

23 Kuk’ uwumva iryo jambo ntarikore, ameze nk’umuntu yirābiye mu cirore mu maso hiwe yavukanye.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

23 Umuntu wese yumviriza iryo jambo ariko ntarishire mu ngiro ameze nk’umuntu yiraba mu maso mu cirore

Gade chapit la Kopi




Yakobo 1:23
8 Referans Kwoze  

Umuntu wese aza aho ndi, akumva amajambo yanje, akayakora, ndabereka ukw asa.


bati Ku vy’ijambo utubariye mw izina ry’Uhoraho ntitukwumvira.


Abanyabgenge b’ivyanditswe bo n’Abafarisayo baramugenza ngo barābe kw akiza kw isabato, ngo baronke ingene bomurega.


Kuk’ ubu turābira mu cirore ivyijiji, arikw ico gihe tuzorāba nk’abarābana imbonankubone. Ubu nzi agace, arikw ico gihe nzomenya rwose nk’uko namenywe rwose.


Amaze kwirāba, akagenda, uwo mwanya agaca yiyibagira ukw asa.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite