Yakobo 1:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Nk’uko yabigabiye ubgayo, yatuvyarishije ijambo ry’ukuri, kugira ngo tube nk’umushuzo w’ibiremwa vyayo. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe18 Yahisemwo kutuvyaza ijambo ry’ukuri, kugira ngo tube nk’ivyeze ubwa mbere mu vyo yaremye vyose. Gade chapit la |