Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Umusiguzi 7:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Nk’uko guturagurika kw’amahwa kumeze musi y’inkono, ni ko gutwenga kw’igipfu kumeze; ivyo na vyo nyene n’ubusa.

Gade chapit la Kopi




Umusiguzi 7:6
10 Referans Kwoze  

Yantanze irya n’ino nk’inzuki, Yahwamye nk’umuriro w’ amahwa, Mw izina ry’Uhoraho ndayarandura.


Inkono zanyu zitarumva umuriro w’inkwi z’amahwa, Imana izozikūzah’ agashururu, imbisi n’izifashwe zose.


Navuze ku bitwengo, nti Birasaze, no ku binezereza, nti Bimaze iki?


Aburahamu aramubgira, ati Mwana wanje, ibuka yuko wahawe ivyiza vyawe ukiriho, Lazaro na we yahawe ibibi: non’ amariwe imibabaro hano, nawe uraseserezwa.


Muzobona ibara, mwebge muhāze none; kuko muzosonza. Muzobona ibara, mwebge mutwenga none; kuko muzoboroga murira.


Imisi mikuru yanyu nzoyihindura umuborogo, n’indirimbo zanyu zose zicike agacurantimba; kandi bose nzobakenyeza amagunira, imitwe yose imobge inkomvorera; kandi nzobatera umuborogo nk’uwo baborogera umwana w’umuhungu w’ ikinege, amaherezo yavyo abe umusi w’akabonge.


Umunyabgenge iy’ahāririye n’ igipfu, Kiraraka kikītwengera, amahoro akabura.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite