Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Umusiguzi 5:15 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Nk’uko yavuye mu nda ya nyina ari gusa, azogenda artyo nk’uko yaje, adatwaye ikintu na kimwe kivuye mu butame bgiwe yojana mu ntoke.

Gade chapit la Kopi




Umusiguzi 5:15
7 Referans Kwoze  

Kuko ni yahwera atazogira ico ajana, Icubahiro ciwe ntikizomanuka ngo kimukurikire.


ati Navuye mu nda ya mama nambaye ubusa, kandi nzosubira mu nda y’isi ata co nambaye. Uhoraho ni we yagavye, kand’ Uhoraho ni we agaburuje: izina ry’Uhoraho ni rishemagizwe.


kukw ata co twazanye mw isi kand’ ata co dushobora kuyivanamwo.


Maz’ Imana iramubgira, iti Wa gipfu we, mur’ iri joro barakwaka ubugingo bgawe: non’ ivyo wohitikiranije bizoba ivya nde?


maz’ iryo tunga rikazotikizwa n’ikibi kirikorokeye; kand’ asanzwe yaravyaye, umwana wiwe azoba asigaye ata co afise mu ntoke.


ati Mbeg’ umunyabgenge yokwishurana amagambo asunitswe n’impwemu, Umuyaga akaba ari wo yuzuza inda?


Uhoraho afise imibūrano no kuri Yuda, kand’ azohana Yakobo ibihwanye n’ingeso ziwe; azomusubiriza mu nkōko ibihwanye n’ivyo yakoze.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite