Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Umusiguzi 5:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Agatiro k’umunyabikorwa kararyoha, n’iy’ ariye bike canke vyinshi: ariko gufunereza kw’umutunzi kumubuza gusinzira.

Gade chapit la Kopi




Umusiguzi 5:12
4 Referans Kwoze  

Ni waryama ntuzogira ubgoba, Mber’ uzoryama, ugire itiro riryoshe.


Bishitse aho ndikangura, nsanga itiro ryari rindyoheye.


Bibaruhiriza ubusa kuzinduka kare, mugateba cane kuruhuka, Mukarya umutsima w’ubutame: Uwo akunda abimuhēra mw itiro.


Nzokwama ndyama nsinzire ata co nicura, Kukw ari wewe wenyene, Uhoraho, umpa kuba amahoro.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite