Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Umusiguzi 4:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Urushi rumwe rwuzuye rufatanye n’impore ruruta amashi yuzuye afatanye n’ubutame no guhahamira umuyaga.

Gade chapit la Kopi




Umusiguzi 4:6
7 Referans Kwoze  

Ibike birimw’ ubugororotsi Biruta inyungu nyinshi zirimwo kugabitanya.


Ibikeya umugororotsi atunze Biruta ibihinda vy’abanyakibi benshi.


Indumange irimw’ amahoro Iruta ibinoboye vyuzuye inzu birimw’ imitongano.


Kandi nashize umutima wanje ku kumenya ubgenge, no ku kumenya ubujuju n’ubupfu ivy’ ari vyo: na vyo nyene nabonye kw ar’ uguhahamira umuyaga.


Nuko ndasubira nitegereza ubundi busa musi y’izuba.


Namaze kubona ibikorwa vyose bikorerwa musi y’izuba; nasanze vyose ar’ ubusa, ar’ uguhahamira umuyaga.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite