Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Umusiguzi 3:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 igihe co gushibura amabuye n’igihe co kurunda amabuye; igihe co kugumbirana n’igihe co kwirinda kugumbirana;

Gade chapit la Kopi




Umusiguzi 3:5
11 Referans Kwoze  

baraheza basangangura ibisagara vyabo, indimiro nziza yose babonye, umuntu wese akayitereramw’ ibuye, kugeza bayujuje; basivya amariba yaho yose, baca n’ibiti vyiza‐vyiza vyose; gushitsa hasigaye i Kiru‐hareseti honyene ari ho hakir’ uruzitiro rw’amabuye; na ho nyene abateresha amabuye imigozi barahaziguza, barahanesha.


Maze ku kirengazuba, Yosuwa avuga ko babamanura kur’ ivyo biti, babaterera muri rya senga bari binyegejemwo, ku muryango waho bahugaza amabuye manini‐manini, kugeza na bugingo n’ubu.


mukoranye abantu, mweze ikoraniro, mwegeranye abatāma, mukoranye abana n’abakiri kw ibere; umukwe n’asohoke mu nzu yiwe, n’umugeni n’ave mu nkinga.


Abarira abantu, at’ Umusi ugira gatatu uz’ ushike mwiteguye, kandi ntihaze hagire uwegerana n’umugore.


Ntimukīmane, shiti kumbure musezeranye igihe, kugira ngo mubone uburyo bgo gusenga, kandi mwongere mubane, Satani ntabageragereshe kutirinda kwanyu.


igihe co kurira n’igihe co gutwenga; igihe co kuboroga n’igihe co kuvyina;


igihe co kurondera n’igihe co gutakaza; igihe co kubungabunga n’igihe co guta;


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite