Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Umusiguzi 2:25 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 None ni nde ashobora kurya, canke ni nde ashobora kugira umunezero kurusha jewe?

Gade chapit la Kopi




Umusiguzi 2:25
4 Referans Kwoze  

Nta kigirira umuntu ikimazi kurusha kurya no kunywa, no kunezeresha umushaha wiwe ivyiza mu butame bgiwe. Ivyo na vyo nabonye ko biva mu kuboko kw’Imana.


Kuk’ umuntu ayihimbaye imuha ubgenge no kumenya n’umunezero: arik’ umunyavyaha imuha umuruho, ngw akumakume arundanye, akazobiha ūhimbaye Imana. Ivyo na vyo n’ubusa, no guhahamira umuyaga.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite