Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Umusiguzi 12:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 imiryango irāba ku nzira ikugarwa; ijwi ry’urusyo rikōmbōka, umuntu akavyuka mu tunyoni, kand’ abakobga bose b’abaririmvyi bagaca bugufi;

Gade chapit la Kopi




Umusiguzi 12:4
5 Referans Kwoze  

Ikindi, nzobakūramw’ ijwi ry’ibitwengo n’iry’ umunezero, n’ijwi ry’umukwe n’iry’ umugeni, n’ukuvuga kw’urusyo n’ukubonesha kw’itara.


Ubu ko mmaze imyaka mirongumunani y’amavuka, ndacamenya ibiryoshe n’ibibishe? Jewe umusavyi wawe ubona nkiryoherwa n’ivyo ndya n’ivyo nnywa? Ndacashobora kwumva amajwi y’abaririmvyi, ar’abagabo ar’abagore? Non’ icotuma jewe umusavyi wawe nja kukugora n’iki, mwami wanje nyen’ ingoma?


Ntihazokwumvikana ukundi muri wewe ijwi ry’abacuraranzi n’iry’ abaririmvyi, n’iry’ abavuza imyironge n’iry’ abavuza inzamba; kandi nta muhinga w’umunyabuhinga bgose agisubira kuboneka muri wewe ukundi, kand’ ukuvuga kw’urusyo ntikugisubira kwumvikana muri wewe ukundi.


Fata urusyo usye, utwikurure mu maso hawe; kūra imvune zawe, ukūre impuzu ushitse mu bibero, ujabuke inzūzi.


Ni nde yoshobora kuyasamika akanwa? Gutera akōba gukikije amenyo yayo.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite