Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Umusiguzi 11:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Ūgendeza umuyaga ntazobiba, kand’ uwitegereza ibicu ntazokwimbura.

Gade chapit la Kopi




Umusiguzi 11:4
5 Referans Kwoze  

Mu gihe c’imbeho umunebge ntakunda kurima, Ni co gituma mw iyimbura aja gusēgerereza ntagire ico aronka.


Ntukanke kugirira ivyiza ababibereye, Ugifise uburyo bgo kubikora.


Umunyabute aravuga, ati Hanze har’ intambge: Nogwa mu nzira.


Ibicu iyo vyuzuyemw’ imvura vyisukanurira kw isi; kand’ igiti iyo gihenuka cerekeye i bumanuko, canke cerekeye i burārūko, aho hantu igiti cahenukiye ni ho kiguma.


Nk’uk’ utazi inzira y’umuyaga iy’ ari yo, kandi nk’uk’ utazi ingen’ amagufa akurira mu nda y’ūtwaye inda, uko ni k’utazi igikorwa c’ Imana Rugira vyose.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite