Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Umusiguzi 10:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Har’ ikibi nabonye musi y’izuba, umenga n’ifuti ryavuye k’ ūganza:

Gade chapit la Kopi




Umusiguzi 10:5
10 Referans Kwoze  

Har’ ikibi gikomeye nabonye musi y’izuba, n’umuntu gutunga itunga rikazomwica:


Ubu n’ubuyobe mu bikorerwa musi y’izuba vyose, yukw iherezo rya bose ari rimwe: mbere, mu mitima y’abana b’abantu huzuyemw’ ibibi, kandi bakiriho, ubusazi buba mu mitima yabo, hanyuma bakitāhira mu bapfuye,


Har’ ikibi nabonye musi y’izuba kiremereye abantu:


Nuko ndasubira nitegereza ubundi busa musi y’izuba.


Nuko ndasubira nitegereza ivy’ agahahazo vyose bikorerwa musi y’izuba: kand’ eh’ amosozi y’abahahazwa ntibaronke ikibīrūra; kand’ ububasha bgari ku ruhande rw’ ababahahaza, ariko bo ntibaronke ikibīrūra.


Kand’ ikindi nongeye kubona musi y’izuba n’uko mw ikombe ry’imanza har’ ukugabitanya; no mw ikombe ry’ubugororotsi na ho har’ ukugabitanya.


Abagororotsi iyo banesheje haba icubahiro cinshi, Arikw abanyakibi iyo bari hejuru abantu barinyegeza.


Uburake bg’ūganza ni bgakugurumanira, ntutirimuke ah’ uri; kuko kwiyorosha gutesha ibicumuro bikomeye.


ubupfu gushirwa hejuru cane, abapfasoni bakicara mu mwanya w’inyuma.


Kudibama ntikubereye igipfu, Non’ umushumba kuganza abaganwa ntikurushirije kutabera?


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite