Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Umusiguzi 10:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Ubute butuma inzu igira ibibonde, kand’ ubunebge bg’amaboko butuma inzu iva.

Gade chapit la Kopi




Umusiguzi 10:18
8 Referans Kwoze  

Umugore wese w’ubgenge yubaka urugo rwiwe, Arik’ uw’ igipfu arusambuza amaboko yiwe ubgiwe.


Mu gihe c’imbeho umunebge ntakunda kurima, Ni co gituma mw iyimbura aja gusēgerereza ntagire ico aronka.


Kandi turagomba cane yuk’ umuntu wese wo muri mwebge yerekana uwo mwete nyene w’ivyizigiro vyuzuye gushitsa kw iherezo:


Kukw imborerwa n’umunyameru uburuhiro ar’ ugufūtāna, Kand’ itiro rizokwambika umuntu ubucocerwa.


Ukwifuza kw’umunyabute kuramwica, Kukw amaboko yiwe yanka kuruha.


Ukuboko kw’abanyamwete kuzoganza, Arik’ umunyabute azoshirwa mu buja.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite