Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Umusiguzi 1:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Urwaruka rumwe ruragenda, rukabisa urundi; isi igahorah’ ibihe vyose.

Gade chapit la Kopi




Umusiguzi 1:4
17 Referans Kwoze  

Washizeh’ amatanguriro y’isi, Ngo yoye kuzonyiganyizwa gushitsa ibihe bidashira.


Ba sogokuruza banyu bari hehe? Cank’ abo navugishije mbega bokwamyeh’ ibihe vyose?


None ni nde yomenya ico umuntu akwiye mu kubaho kwiwe, imisi yose y’ ukubaho kwiwe kw’ubusa, amara ari nk’igitūtu? None ni nde yobarira umuntu ibizoba inyuma yiwe musi y’izuba?


Ijuru n’isi bizorangira, arikw amajambo yanje nta co azoba.


Yakobo yishura Farawo, at’ Imyaka y’ukuyerera kwanje kw isi n’ijana na mirongwitatu: iyo myaka mbayeho ibaye mike kandi mibi, ntingana n’imyaka ba sogokuruza bamaze, mu misi y’ukuzenzagira kwabo.


Abizigiye Uhoraho bameze nk’umusozi Siyoni Udashobora kunyiganyizwa, ariko wama ushimangiye gushitsa ibihe bidashira.


Hanyuma na wa mugore arapfa.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite