Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Tito 3:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Ni nagutumako Arutema canke Tukiko, uz’ ugire umwete wo kunsanga i Nikopoli; kukw ari ho nagabiye kuzomara urushana.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Ninakurungikira Arutemasi canke Tukiko, uze ugerageza unsange i Nikopolisi, kuko nahisemwo kuzomarayo igihe c’imbeho nyinshi cane.

Gade chapit la Kopi




Tito 3:12
8 Referans Kwoze  

Gira umwete wo kuza aho ndi vuba.


Abājana na we bashikana no muri Asiya ni Sopatero mwene Puro w’i Beroya, n’ab’i Tesalonike ni Arisitariko na Sekondo, bo na Gayo w’i Derube, na Timoteyo, n’abo muri Asiya ni Tukiko na Tirofimo.


Gira umwete wo kuza urushana rutarajobanya. Ewubulo arakuganutsa, na Pudenti na Lino na Kilawudiya na bene Data bose.


Ariko Tukiko namurungitse muri Efeso.


Ariko kumbure nzomarana namwe imisi, canke nzomara n’urushana, kugira ngo mumperekeze, munsezere neza aho nzoja hose.


Kandi Tukiko, mwene Data nkunda, umukozi w’umwizigirwa mu vy’Umwami wacu, azobīgānira vyose, kugira ngo mumenye ivyanje, uko mmeze.


Tukiko mwene Data dukunda, umukozi w’umwizigirwa, umugenzi dukorana mu Mwami wacu, azobīgānira ivyanje vyose.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite