Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Tito 2:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 kugira ngo batoze abagore bakiri bato ubgenge bgo gukunda abagabo babo n’abana babo,

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Bigishe abagore bakiri bato gukunda abagabo babo n’abana babo,

Gade chapit la Kopi




Tito 2:4
5 Referans Kwoze  

Ni co gituma ngomba kw abapfakazi bakiri bato bābīrwa, bakavyara abana, bakubaka ingo zabo, ntibahe umurwanizi urwitwazo rw’ibitutsi.


n’abatamakazi nyene nka ba nyoko, n’abakiri bato n’abigeme nka bashiki bawe, uri n’umutima utanduye na gatoya.


Arikw abapfakazi bakiri bato ntubemerere, kuko kwifuza kw’umubiri ni kwamara kubatera kugarariza Kristo bazogomba kwābīrwa,


N’abatāmakazi nyene, ubabgire bagende nk’uko bibereye abera, batarementaniriza abandi, batanohorwa imitima na vino nyinshi, bigisha ivyiza,


no kudahugumba, no kwirinda ubgēruzi, no kwubaka ingo zabo, no kuba inda nziza, bagororokere abagabo babo, kugira ngw ijambo ry’Imana ntiritukwe.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite