Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Rusi 3:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 None ntihariho Bowazi wo mu muryango wacu, umwe wabana n’abigeme biwe? Umve iri joro aragosōreza sayiri kuri ya mbuga.

Gade chapit la Kopi




Rusi 3:2
8 Referans Kwoze  

Maze Bowazi abgira Rusi, at’ Urumva, mukobga wanje? Ntuz’ ugire uwundi murima uzohūmbamwo, kandi ntuve hano, arik’ ugume hano hafi y’abigeme b’i wanje.


Kandi Nawomi yar’ afise mwene wabo w’umugabo wiwe, umuntu akomeye w’umutunzi, wo mu muryango wa Elimeleki, yitwa Bowazi.


Bashika ku mbuga y’igosorero yo muri Atadi, hāri hakurya ya Yorodani: baborogeray’ amaborogo menshi cane y’akabonge: Yosefu ashinga ko bahamara imisi ndwi bagandariye se.


Nawomi inabukwe aramubaza, ati Mukobga wanje, sinokurangira urugo, kugira ng’ umererwe neza?


Nuko wiyuhagire, wīsīge, wambare imyambaro yawe, umanuke uje ku mbuga: ariko ntumwiyereke atararangiza kurya no kunywa.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite