Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Rusi 1:19 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

19 Nuko bompi barajana kurinda bashika i Betelehemu. Nuko rero bashitse i Betelehemu abo mu gisagara bose barashwabāduka, abagore barabazanya, bati Mbeg’ uyo yoba Nawomi?

Gade chapit la Kopi




Rusi 1:19
6 Referans Kwoze  

Ashitse i Yerusalemu, igisagara cose kirashwabaduka, barabaza, bat’ Uyo ni nde?


Abahita bose bakwitamba ku muvyimba bakubita amashi ku yandi; Bakavuza agahwa, bakazunguriza imitwe umukobga w’i Yerusalemu, Bati Mbeg’ iki ni ca gisagara abantu bāhora batazira, ngo Ni Nyamwiza w’agahore, ngo Ni Munezero w’isi yose?


Mbeg’ iki ni ca gisagara canyu c’umunezero, camyeh’ uhereye imisi ya kera cane, cagendesha amaguru kure kugerērayo?


Arabishura, ati Ntimube mukinyita Nawomi, ariko munyite Mara; kuko Rugira Vyose ivyo yangiriye vyambereye umururāzi.


Ūgenyesha aramwishura, ati Ni wa Munyamowabukazi yagarukanye na Nawomi avuye mu gihugu c’i Mowabu:


na Saluma se wa Betelehemu, na Harefu se wa Beti‐gaderi.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite