Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Nehemiya 9:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Bahagarara aho bari, bamara igice ca kane c’umurango basoma igitabo c’ivyagezwe vy’ Uhoraho Imana yabo, ikindi gice ca kane nyene bakimara bātura ivyaha vyabo, basenga Uhoraho Imana yabo.

Gade chapit la Kopi




Nehemiya 9:3
4 Referans Kwoze  

babatizwa na we mu ruzi Yorodani, bātura ivyaha vyabo.


Kur’ uwo musi abantu basomerwa igitabo ca Mose, basanga nta Mwamoni cank’ Umunyamowabu yemererwa gushika mw ikoraniro ry’Imana gushitsa ibihe vyose,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite