12 Abo mu ba Elamu n’igihumbi n’amajana abiri na mirongwitanu na bane.
Mu ba Elamu, ni Mataniya na Zekariya na Yehiyeli na Abudi na Yeremoti na Eliya.
Mu ba Elamu ni Yeshaya mwene Ataliya, na we yandikanywe n’abagabo mirongwirindwi.
Abo mu ba Elamu n’igihumbi n’amajana abiri na mirongwitanu na bane.
Abo mu ba Pahati‐mowabu, bandurutse kuri Yosuwa na Yowabu, n’ibihumbi bibiri n’amajana munani n’icumi n’umunani.
Abo mu ba Zatu n’amajana munani na mirongwine na batanu.