5 Ubugira gatanu Sanibalati asubira kuntumak’ umuntu wiwe kuno nyene, amurungikana n’ icete kitazinze,
n’ubugunge bgose bgo kugabitanya ku bahona, kuko batemeye gukunda ivy’ ukuri ngo bakizwe.
Mwambare ibirwanishwa vyose vy’Imana, kugira ngo mushobore guhagarara mudatsinzwe n’ubugunge bga wa Murwanizi.
kugira ngo Satani ntaronke ic’ adutsindisha, kuko tutayobewe imigabo yiwe.
Bantumako bartyo ibihetangabo bine, nanje ngenda mbishura kwa kundi nyene.
canditswemwo ngo Mu mahanga humvikana impuha, kandi na Geshemu aravyemeza, yuko wewe n’Abayuda muri n’imigabo yo kugarariza, kandi kw ari yo nyanduruko yatumye mwubaka uruzitiro, kandi nawe ng’ ugomba kwiyimika.