Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Nehemiya 5:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Abandi baravuga, bat’ Amatongo yacu n’inzabibu zacu n’amazu yacu tubitangakw ingwati kugira ngo turonke ibidutunga bizodutsindira ikigoyi.

Gade chapit la Kopi




Nehemiya 5:3
7 Referans Kwoze  

Muri mwebge ni hagira ahazoba umukene mu b’i wanyu, mu gisagara canyu cose co mu gihugu Uhoraho Imana yanyu agiye kubaha, ntimuze mugire imitima yiyumanganya uwo mukene w’i wanyu, canke ngo mupfunye amaboko ku co mumuha;


bati Twe n’abahungu bacu n’abakobga bacu turi benshi; ni muduhe ibidutunga turye kugira ngo tubeho.


Kandi n’abandi baravuga, bati Twagwatirije amatongo n’inzabibu zacu kugira ngo batugurāne amahera y’ikori ry’umwami.


Mber’ uyu musi mubasubize amatongo yabo, n’imirima yabo y’imizabibu n’imyelayo, n’amazu yabo; mubasubize na ca gice c’ijana c’amahera n’ic’ impeke n’ica vino n’ic’ amavuta ya elayo, ivyo mwābātse kw inyungu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite