Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Nehemiya 4:22 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

22 Ico gihe nyene mbarira abantu, nt’ Umuntu wese n’aze arāre i Yerusalemu azananye n’umuntu wiwe, kugira ngo duterame mw ijoro, ku murango dukore.

Gade chapit la Kopi




Nehemiya 4:22
3 Referans Kwoze  

Uko ni ko twākora ico gikorwa; umuce umwe wo muri twebge bitwaza amacumu uhereye mu mutwenzi ugashitsa inyenyeri zibonetse.


Nuko nanje na bagenzi banje n’abantu banje n’abarinzi bāri kuri jewe, twese twama turāra twambaye, mbere n’ūgiye kuvoma wese yama agenda yitwaje ikirwanishwa ciwe.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite