Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Nehemiya 4:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Kand’ Abayuda bāba hafi yabo bama baza kutubūrira bava hirya no hino, mbere bātubūriye ibihetangabo cumi baja baragaruka aho turi.

Gade chapit la Kopi




Nehemiya 4:12
7 Referans Kwoze  

Ubu n’ubugira icumi munshinyagurira; Nta n’agasoni mugira ko kungirira nabi.


kw abo bantu bose babonye icubahiro canje n’ibitangaza vyanje nakoreye muri Egiputa no mu bugaragwa, bakangerageza ibihetangabo cumi vyose, ntibanyumvire;


Mur’ iyi myaka ukw ari mirongwibiri naba i wawe, nagukoreye imyaka cumi n’ine nca abakobga bawe bompi, n’iyindi itandatu ngucak’ umukuku w’intungwa: kandi wahinduye ingero zanje ibihetangabo cumi.


Kandi so yagiye angunga, ahindura ingero zanje ibihetangabo cumi; arikw Imana ntiyamukundiye kugira ico ankorako.


Kand’ abarwanizi bacu na bo baravuga, bati Nta co bazomenya canke ngo bagire ico babona, kugeza aho tuzobūbīrira tukabīca, igikorwa cabo kigaca kiburangana.


Ni co catumye nshira abantu inyuma y’uruzitiro, mbashira mu myonga n’ahītārūye, ukw imiryango yabo iri, bitwaje inkota n’amacumu n’imiheto.


Mw ijambo ryose ry’ubgenge no kumenya, ico umwami yababaza, yasanga barusha abanyamarēba n’abapfumu bose bo mu gihugu ciwe cose ibihetangabo cumi.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite