Nehemiya 3:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Irembo ryitwa iry’ Amafi ryubakwa na bene Hasenaya, barishiramw’ imitambikwa yaryo, baterako n’inzugi zaryo n’ivyuma vyo kuzigumya n’ibihindizo vyazo. Gade chapit la |
Hanyuma y’ivyo yubaka uruzitiro rw’amabuye, ruciye inyuma y’igisagara ca Dawidi, ruca ku ruhande rw’i Gihoni ruhera i burengerazuba mu mwonga, rukarinda rushika kw irembo ryitwa iry’ Amafi; arukīkūza i Ofeli, ararukuza, arugira rurerure cane; kand’ ashira abagabisha b’ingabo mu bisagara vyose vy’i Buyuda bizitiriwe inzitiro.