Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Nehemiya 3:23 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

23 Na bo bakurikirwa na Benyamini na Hashubu, basana aharābana n’ inzu yabo; bakurikirwa na Azariya mwene Mayaseya, Mayaseya wa Ananiya, asana ahabangikanye n’inzu yiwe.

Gade chapit la Kopi




Nehemiya 3:23
7 Referans Kwoze  

na Seraya na Azariya na Yeremiya,


Yosuwa na Bani na Sherebiya, na Yamini na Akubu, na Shabetayi na Hodiya na Mayaseya, na Kelita na Azariya na Yozabadi, na Hanani na Pelaya n’ Abalewi, abo ni bo basobanurira abantu ivy’ ivyagezwe, abantu bakaguma aho bari;


Ezira, uwo munyabgenge w’ivyanditswe, yar’ ahagaze ku mutara w’ibiti, bubakiye ico gikorwa nyene, yar’ ahagararanye na Matitiya na Shema na Anaya na Uriya na Hilukiya na Mayaseya; abo ni bo bār’ i buryo bgiwe; i bumoso bgiwe hāri Pedaya na Mishayeli na Malikiya na Hashumu na Hashibadana na Zekariya na Meshulamu.


akurikirwa na Yedaya mwene Harumafu, asana aherekeye inzu yiwe; na we akurikirwa na Hatushi mwene Hashabuneya.


Akurikirwa n’abaherezi bo mur’ iyo ntāra.


Akurikirwa na Binuwi mwene Henadadi, asana ikindi gihimba ahereye kur’ iyo nzu ya Azariya ashitsa ah’ uruzitiro rwiheteye, ku mfuruka.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite