Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Nehemiya 3:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Hakurikira bagenzi babo bava mu kindi gice c’ intāra y’i Keyila nyene, umukuru ni Bavayi mwene Henadadi.

Gade chapit la Kopi




Nehemiya 3:18
4 Referans Kwoze  

Bukeye babarira Dawidi, bat’ Ereg’ Abafilisitiya barateye i Keyila, bariko barasahura ivyandagaye ku mbuga.


Akurikirwa n’Abalewi, Rehumu mwene Bani, na we akurikirwa na Hashabiya, umukuru aganza igice c’ intāra y’i Keyila, asana akorera intāra yiwe.


Hakurikira umukuru w’i Misipa, ni we Ezeri mwene Yeshuwa, asana igihimba kirābana n’ahadondagirwa hadūga ku nzu y’ ibirwanishwa iri ku mfuruka y’ uruzitiro.


Abalewi n’aba: Yosuwa mwene Azaniya, na Binuwi wo muri bene Henadadi, na Kadimiyeli,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite