Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Nehemiya 3:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Akurikirwa na Shalumu mwene Haloheshi, umukuru aganza ikindi gice c’i Yerusalemu nyene, na we arasana, bo n’abakobga biwe.

Gade chapit la Kopi




Nehemiya 3:12
6 Referans Kwoze  

Bakurikirwa na Refaya mwene Huri, umukuru aganza igice kimwe c’intāra y’i Yerusalemu;


Kandi nawe, ndakwinginga, uwo dufatanije igikorwa vy’ukuri, wame ufasha abo bagore, kuko bārwananye nanje mu kurwanira ubutumwa bgiza, bo na Kilementi n’abandi bāfatanya nanje, amazina yabo yanditswe mu gitabo c’ubugingo.


Abagore bose b’abahinga na bo bahingiranya inyuzi, bazana izo bahinze, iz’ amasufe n’iz’ amashigisha n’izisa n’agahama n’izera derere.


Abashibamyi n’aba: abo mu ba Shalumu, no mu ba Ateri, no mu ba Talimoni, no mu ba Akubu, no mu ba Hatita, no mu ba Shobayi, bose na bose n’ijana na mirongwitatu n’umunani.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite