Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Nehemiya 2:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Ndaheza ndamubarira, nti Ni wabishima ga mugenzi, mpabge ivyete nshīra ivyēgēra vyawe vyo hakurya y’ uruzi, kugira ngo bemere kumpa inzira nshike i Buyuda,

Gade chapit la Kopi




Nehemiya 2:7
6 Referans Kwoze  

Kandi jewe umwami Aritazeruzi, mbariye abazezwabintu banje bose bo hakurya y’ uruzi, ku vya Ezira umuherezi, umwanditsi w’ivyagezwe vy’Imana Nyen’ ijuru, yukw ivy’ azobāka vyose bizohora bitanganwa umwete,


Maze ngenda njanye n’abagabisha b’ingabo bo n’abagendera ku mafarasi umwami yampaye, nshikīra ivyēgēra vyiwe vyo hakurya y’uruzi, mbahēreza ivyete umwami yandungikanye.


Maz’ amajambo y’ umwami bayashikiriza ivyēgēra vyiwe n’abaganza hakuno y’uruzi, na bo batanga ivyo gufasha abantu bo n’ingoro y’Imana.


None rero, Tatenayi, wewe cēgēra canje co hakurya y’uruzi, nawe Shetari‐bozenayi na bagenzi banyu b’Abafarisaki bo hakurya y’uruzi, ntimuje mur’ ivyo, s’ivyanyu;


Kuko vyanteye isoni gusaba umwami umuce w’ingabo n’abagendera ku mafarasi, ngo baze badutabare kwivuna abansi bodutegera mu nzira; kuko twari twabgiye umwami, tut’ Ikiganza c’Imana yacu kiri ku bayitwaririka bose, ngw ibagirire neza; arik’ ububasha bgayo n’uburake birwanya abayireka bose.


Bakurikirwa na Melatiya w’i Gibeya na Yadoni w’i Meronoti, hamwe n’ab’i Gibeya n’ab’i Misipa bo mu baganzwa n’icēgēra c’ umwami co hakuno y’uruzi.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite