Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Nehemiya 13:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 ngera ko bahumanura ico cumba; bamaze kugihumanura nsubizamw’ ibintu vy’imbombovu vy’ingoro y’Imana, hamwe n’amashikanwa y’amafu bo n’imibavu.

Gade chapit la Kopi




Nehemiya 13:9
5 Referans Kwoze  

arababarira, ati Ni muntege amatwi, yemwe Balewi; enda ni mwiyeze, mweze n’ingoro y’Uhoraho Imana ya ba sogokuruza banyu, mukūre ibihumanya Ahēra Cane.


bagatako bakagenda bahāna imbu mu gukorera Imana yabo no mu kwiyeza. Kand’ abaririmvyi n’abashibamyi ni ko bāgenza, bakurikiye icagezwe ca Dawidi n’ic’ umuhungu wiwe Salomo.


Tuzohora tuzana ifu yacu y’umushuzo isewe iheretuwe, n’amashikanwa yacu azunguzwa, n’umushuzo w’ ivyama ku biti vy’ubgoko bgose, n’uwa vino n’amavuta, tubishikirize abaherezi, babishingure mu vyumba vyo ku ngoro y’Imana yacu; n’Abalewi tuzobashikiriza ikigiracumi c’ivyeze vyo mu mirima yacu, kukw Abalewi ari bo bākīra ibigiracumi mu bisagara vyacu vyose aho dufise imirima.


Kandi hār’ akumba gafise umuryango urābana n’ibishimaryango vy’ico kirimba; aho ni ho bāronga ibimazi vyo kwoswa.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite