Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Nehemiya 12:42 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

42 na Mayaseya na Shemaya na Eleyazari na Uzi na Yehohanani na Malakiya na Elamu na Ezeri. Maz’ abaririmvyi baririmba ijwi rirenga, Yezirahiya ni we yabarōngōra.

Gade chapit la Kopi




Nehemiya 12:42
11 Referans Kwoze  

Muririmbishirize Imana ijwi rirenga, ni yo nkomezi zacu; Muvugirize Imana ya Yakobo impundu.


Ni muze, turirimbire Uhoraho: Tuvugirize impundu igitandara c’agakiza kacu.


na bagenzi babo, abagabo b’ abahizi, bose na bose bar’ ijana na mirongwibiri n’umunani. Umukoresha wabo ni Sabudiyeli mwene Hagedolimu.


Shimeya wa Mikayeli, Mikayeli wa Bayaseya, Bayaseya wa Malukiya;


bo n’abaherezi Eliyakimu na Mayaseya na Minyamini na Mikaya na Eliyowenayi na Zekariya na Hananiya bafise inzumbete;


Uwo musi batanga ibimazi vyinshi, baranezerwa kukw Imana yar’ ibateye umunezero mwinshi; kandi n’abagore n’ abana baranezerwa, bituma umunezero ur’i Yerusalemu wumvikana kure.


na Mahaziya na Biligayi na Shemaya; abo ni bo baherezi.


Shirako muririmbe zaburi, muvuze agashako k’ingoma, Mucurarange inanga nziza n’ ikembe.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite