Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Nehemiya 12:41 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

41 bo n’abaherezi Eliyakimu na Mayaseya na Minyamini na Mikaya na Eliyowenayi na Zekariya na Hananiya bafise inzumbete;

Gade chapit la Kopi




Nehemiya 12:41
4 Referans Kwoze  

Maz’ iyo mice yompi y’abagenda bahimbaza ija guhagarara mu ngoro y’Imana, nanje nyene twe n’umuce w’abakuru twari kumwe,


na Mayaseya na Shemaya na Eleyazari na Uzi na Yehohanani na Malakiya na Elamu na Ezeri. Maz’ abaririmvyi baririmba ijwi rirenga, Yezirahiya ni we yabarōngōra.


Yosuwa na Bani na Sherebiya, na Yamini na Akubu, na Shabetayi na Hodiya na Mayaseya, na Kelita na Azariya na Yozabadi, na Hanani na Pelaya n’ Abalewi, abo ni bo basobanurira abantu ivy’ ivyagezwe, abantu bakaguma aho bari;


na Meshulamu na Abiya na Miyamini,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite