Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Nehemiya 12:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Abaherezi bo mu gihe ca Yoyakimu b’abakuru b’amazu ya ba sekuruza n’aba: mu ba Seraya ni Meraya; mu ba Yeremiya ni Hananiya;

Gade chapit la Kopi




Nehemiya 12:12
7 Referans Kwoze  

Mu Balewi, abakuru b’amazu ya ba sekuruza banditswe mu gihe ca Eliyashibu na Yoyada na Yohanani na Yaduwa; abaherezi na bo banditswe ku ngoma ya Dariyo Umuperesi.


arababarira, ati Ni mwebge bakuru mu mazu ya ba sogokuruza b’Abalewi; nuko ni mwiyeze, mwe na bagenzi banyu, kugira ngo mubone kuja kudūgana isandugu y’Uhoraho Imana y’Abisirayeli, muyishire aho nayitunganirije;


Yoyada avyara Yonatani, Yonatani avyara Yaduwa.


mu ba Ezira ni Meshulamu; mu ba Amariya ni Yehohanani;


Mu bākomōtse kuri Eleyazari amazu ya ba sekuruza yari menshi kuruta ayo mu ba Itamari, nuko babashira kubiri ben’ uku: mu ba Eleyazari abakuru bo mu mazu ya ba sekuruza baba icumi na batandatu, mu ba Itamari baba umunani.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite