Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Nehemiya 11:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 hamwe na Gebayi na Salayi, bose na bose bar’ amajana cenda na mirongwibiri n’umunani.

Gade chapit la Kopi




Nehemiya 11:8
3 Referans Kwoze  

bo n’ab’ i wabo, uk’ urunganwe rwabo rwagenda rukurikirana; bose na bose bār’ amajana cenda na mirongwitanu na batandatu. Abo bose bār’ abakuru b’amazu ya ba sekuruza uko yar’ ari.


Ababenyamini n’aba: Salu mwene Meshulamu, Meshulamu wa Yohedi, Yohedi wa Pedaya, Pedaya wa Kolaya, Kolaya wa Mayaseya, Mayaseya wa Itiyeli, Itiyeli wa Yeshaya;


Yoweli mwene Zikuri yar’ umukoresha wabo, na Yuda mwene Hasenuwa yar’ uwa kabiri wo mu baganza ico gisagara.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite