Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Nehemiya 11:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Ababenyamini n’aba: Salu mwene Meshulamu, Meshulamu wa Yohedi, Yohedi wa Pedaya, Pedaya wa Kolaya, Kolaya wa Mayaseya, Mayaseya wa Itiyeli, Itiyeli wa Yeshaya;

Gade chapit la Kopi




Nehemiya 11:7
5 Referans Kwoze  

Mwene Hananiya ni Pelatiya, uwa Pelatiya ni Yeshaya, uwa Yeshaya ni Refaya, uwa Refaya ni Arunani, uwa Arunani ni Obadiya, uwa Obadiya ni Shekaniya;


Abākomotse kuri Peresi bāba i Yerusalemu, bose na bose bār’ abagabo b’abahizi amajana ane na mirongwitandatu n’umunani.


hamwe na Gebayi na Salayi, bose na bose bar’ amajana cenda na mirongwibiri n’umunani.


Abo ni bo bagiye baba abakuru bo mu mazu ya ba sekuruza, uk’ urunganwe rwabo rwagenda rukurikirana, kandi bāba i Yerusalemu.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite