Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Nehemiya 11:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Abākomotse kuri Peresi bāba i Yerusalemu, bose na bose bār’ abagabo b’abahizi amajana ane na mirongwitandatu n’umunani.

Gade chapit la Kopi




Nehemiya 11:6
5 Referans Kwoze  

na Mayaseya mwene Baruki, Baruki wa Kolihoze, Kolihoze wa Hasaya, Hasaya wa Adaya, Adaya wa Yoyaribu, Yoyaribu wa Zekariya Umunyeshiloni.


Ababenyamini n’aba: Salu mwene Meshulamu, Meshulamu wa Yohedi, Yohedi wa Pedaya, Pedaya wa Kolaya, Kolaya wa Mayaseya, Mayaseya wa Itiyeli, Itiyeli wa Yeshaya;


Igikonjo ciwe citeye, uwar’ inyuma aravuka: umwākirizi aravuga, ati N’iki gitumye wīcīra icuho? Ni co catumye bamwita Peresi.


Bene Yuda bābaye ibishitsi vy’amazu n’aba: Shela, ni we gishitsi c’inzu y’Abashela; na Peresi, ni we gishitsi c’inzu y’Abaperesi; na Zera, ni we gishitsi c’inzu y’Abazera.


Utayi mwene Amihudi, Amihudi wa Omuri, Omuri wa Imuri, Imuri wa Bani, wo mu ba Peresi mwene Yuda.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite