Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Nehemiya 11:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 na Mayaseya mwene Baruki, Baruki wa Kolihoze, Kolihoze wa Hasaya, Hasaya wa Adaya, Adaya wa Yoyaribu, Yoyaribu wa Zekariya Umunyeshiloni.

Gade chapit la Kopi




Nehemiya 11:5
7 Referans Kwoze  

Irembo rija kw iriba risanwa na Shalumu mwene Koli‐hoze, umukuru aganza intāra y’i Misipa, araryubaka ararisakara, ariterakw inzugi zaryo, n’ivyuma vyo kuzigumya n’ibihindizo vyazo, yubaka n’uruzitiro rwo ku kidengeri Shela co ku ndimiro y’umwami, kurinda ashitsa ahagenda hadondagirwa hamanuka hava ku gisagara ca Dawidi.


N’abo mu ba Shiloni, uwa mbere ni Asaya n’abahungu biwe.


Aba ni bo bana ba Shela mwene Yuda: Eri se wa Leka, na Layada se wa Maresha, kandi ni we yakomōtsweko n’imiryango y’abajishi b’impuzu zera derere, bo mu nzu ya Ashibeya,


Bene Yuda bābaye ibishitsi vy’amazu n’aba: Shela, ni we gishitsi c’inzu y’Abashela; na Peresi, ni we gishitsi c’inzu y’Abaperesi; na Zera, ni we gishitsi c’inzu y’Abazera.


Yongera kuvyara uwundi muhungu, amwita Shela; kand’ uyo yamuvyaye Yuda ar’ i Kezibu.


I Yerusalemu hāba bamwe bo mu Bayuda no mu Babenyamini. Mu Bayuda ni Ataya mwene Uziya, Uziya wa Zekariya, Zekariya wa Amariya, Amariya wa Shefatiya, Shefatiya wa Mahalaleli, wo mu bākomotse kuri Peresi;


Abākomotse kuri Peresi bāba i Yerusalemu, bose na bose bār’ abagabo b’abahizi amajana ane na mirongwitandatu n’umunani.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite