Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Nehemiya 11:21 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 Arikw abahawe ibango ry’ibikorwa vy’urusengero bāba i Ofeli, kandi Siha na Gishipa ni bo bābaganza.

Gade chapit la Kopi




Nehemiya 11:21
5 Referans Kwoze  

bo n’abahawe ibango ry’ibikorwa vy’urusengero bāba muri Ofeli; basana ahahereranye n’irembo ry’amazi ryerekeye i burasirazuba, bo n’ umunara wometseko.


Hakurikira Malikiya, umwe wo mu bacuzi b’izahabu, arasana ashitsa ku nzu y’abahawe ibango ry’ibikorwa vy’urusengero, no ku nzu y’abadandaza, aharābana n’ irembo ryitwa Hamifukadi, kugeza ahadūga haja ku mfuruka.


Ni we yubatse ikirimba co haruguru ku ngoro y’Uhoraho, yubaka n’ibindi vyinshi ku ruzitiro rw’i Ofeli.


Abābanje kugaruka bagasubira mu matongo yabo yo mu bisagara vyabo n’abanyagihugu bo mu Bisirayeli, bo n’abaherezi n’Abalewi n’abahawe ibango ry’ibikorwa vy’urusengero.


Abahawe ibango ry’ibikorwa vy’urusengero n’aba: abo mu ba Siha, no mu ba Hasufa, no mu ba Tabayoti,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite