Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Nehemiya 11:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 na Seraya mwene Hilukiya, Hilukiya wa Meshulamu, Meshulamu wa Sadoki, Sadoki wa Merayoti, Merayoti wa Ahitubu, umubgiriza w’ingoro y’Imana;

Gade chapit la Kopi




Nehemiya 11:11
12 Referans Kwoze  

na Azariya mwene Hilukiya, Hilukiya wa Meshulamu, Meshulamu wa Sadoki, Sadoki wa Merayoti, Merayoti wa Ahitubu, umubgiriza w’ingoro y’Imana;


Bumvise ayo majambo umukuru w’abashibamyi b’urusengero n’abaherezi bakuru bazazanirwa n’ivyabo, ikizovamwo.


Yehiyeli na Azaziya na Nahati, na Asaheli na Yerimoti na Yozabadi, na Eliyeli na Isimakiya na Mahati na Benaya, ni bo bār’ ababgiriza bāgabga na Konaniya na murumuna we Shimeyi, nk’uk’ umwami Hezekiya yabishinze, bo na Azariya umubgiriza w’ingoro y’Imana.


Mu manza zose zikoma ku vy’Uhoraho, Amariya umuherezi mukuru ni we azoba kamaramagambo muri mwebge, na zo mu manza zose zikoma ku vy’igihugu, kamaramagambo ni Zebadiya mwene Ishimayeli, umukuru wo mu muryango wa Yuda; kand’ Abalewi bazoba abashingantahe banyu. Nuko ni mukovye, mukore, kand’ Uhoraho az’ abane n’ūca iziroranye.


Nukw Abisirayeli bose bāraharūwe, uk’ urunganwe rwabo rwagiye rukurikirana, kandi banditswe mu gitabo c’abami b’Abisirayeli. Kand’ Abayuda bājanywe i Babuloni ar’ inyagano, bahōwe ukugabitanya kwabo.


Eleyazari mwene Aroni umuherezi ni we yagizwe mukuru kuri ba bakuru b’Abalewi, ngw abgirize abājējwe ivy’ Ahēra.


Aragenda, aja inama n’abaherezi bakuru n’abakuru b’abashibamyi b’urusengero, y’uburyo bgo kumubaronkera.


Mu baherezi n’aba: Yedaya mwene Yoyaribu, na Yakini,


bo na bagenzi babo bakora ibikorwa vyo mur’ iyo ngoro, bose na bose bar’ amajana munani na mirongwibiri na babiri; hari na Adaya mwene Yerohamu, Yerohamu wa Pelaliya, Pelaliya wa Amusi, Amusi wa Zekariya, Zekariya wa Pashuri, Pashuri wa Malakiya,


na Pashuri na Amariya na Malakiya,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite