10 Mu baherezi n’aba: Yedaya mwene Yoyaribu, na Yakini,
Kand’ abo mu baherezi ni Yedaya na Yehoyaribu na Yakini,
mu ba Yoyaribu ni Matenayi; mu ba Yedaya ni Uzi;
na Shemaya na Yoyaribu na Yedaya,
Abaherezi n’aba: abo mu ba Yedaya, bo mu nzu ya Yosuwa, n’amajana cenda na mirongwirindwi na batatu.
Maze ntuma kuri Eliyezeri na Ariyeli na Shemaya na Elinatani na Yaribu na Elinatani wundi na Natani na Zekariya na Meshulamu, ari bo bantu b’abashingantahe, bo na Yoyaribu na Elinatani b’abigisha.
Bene Simeyoni ni Yemuweli, na Yamini, na Ohadi, na Yakini, na Sohari, bo na Sauli umwana yavyaye ku Munyakananikazi.
Yoweli mwene Zikuri yar’ umukoresha wabo, na Yuda mwene Hasenuwa yar’ uwa kabiri wo mu baganza ico gisagara.
na Seraya mwene Hilukiya, Hilukiya wa Meshulamu, Meshulamu wa Sadoki, Sadoki wa Merayoti, Merayoti wa Ahitubu, umubgiriza w’ingoro y’Imana;