26 na Ahiya na Hanani na Anani,
harimwo na Ahiya mwene Ahitubu, Ahitubu mukuru wa Ikabodi mwene Finehasi, Finehasi yari mwene Eli, umuherezi w’Uhoraho i Shilo; kandi Ahiya yambara efodi. Arikw abantu ntibamenya ko Yonatani yagiye.
na Rehumu na Hashabuna na Mayaseya,
na Maluki na Harimu na Bayana.